2 Petero 3:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ica mbere mukwiye kumenya ko mu misi y’iherezo hazoza abacokoranyi, bacokora ukuri kandi bagakurikira ivyipfuzo vyabo bibi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 irya mbere mukwiye kumenya n’uko mu misi y’iherezo hazoza abacokoranyi bacokorana, bakurikira ukwifuza kwabo, Gade chapit la |