2 Petero 3:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Nuko rero, bakundwa, ko musanzwe mubizi, mwame mugavye kugira ngo ntimuzimizwe n’inyigisho mbi z’abantu b’abagarariji ngo munyiganyige muve mu kibanza canyu. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 None mweho, abo nkunda, kuko musanzwe muzi ivyo, mwirinde ngo ntimutwarwe n’ubuzimire bg’abatirinda, mugata ugushikama kwanyu. Gade chapit la |