2 Petero 3:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Mumenye ko ukwihangana kw’Umwami wacu ari agakiza, nk’uko umuvukanyi dukunda Pawulo na we yabibandikiye akoresheje ubwenge yahawe n’Imana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Mwiyumvire yuko kwihangana kw’Umwami wacu ar’ agakiza: nk’uko mwene Data akundwa Paulo yabandikiye, uk’ ubgenge yahawe bungana. Gade chapit la |