Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Petero 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Kandi nimba itihanganiye isi ya kera igihe yarekurira umwuzure ku bantu b’ico gihe batubaha Imana, ariko igakiza Nowa, umwigisha w’ivyo kugororoka, n’abandi ndwi gusa;

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 kandi kw itāgiriye ikigongwe isi ya kera, arikw igakiza Nowa, umwigisha w’ivyo kugororoka, hamwe n’abandi ndwi, aho yazana umwuzure kw isi y’abatayubaha;

Gade chapit la Kopi




2 Petero 2:5
12 Referans Kwoze  

Ukwizera ni kwo kwatumye Nowa yubaka ubwato bunini kugira ngo akize umuryango wiwe umwuzure. Yumviye Imana yamugabishije ku bintu bitari bwigere biba. Uko ni ko yaciriye isi urubanza, kandi kubera ukwizera kwiwe, Imana na yo yaremeje ko yari umugororotsi.


Mu nyuma, ayo mazi nyene ni yo yarengeye isi y’ico gihe arayihonya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite