2 Petero 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Kuko nimba Imana itihanganiye abamarayika igihe bacumura, ariko ikabaterera muri Gehinomu, mu minyororo y’umwijima gushika ku musi w’imanza. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kuko, kw Imana itāgiriye ikigongwe abamarayika bākoze ivyaha, arikw ikabakororera i kuzimu, ikabashira mu vyobo vy’umwiza, ngo barindirwe kuzocirwakw iteka; Gade chapit la |