2 Petero 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Kubera amaso yabo yuzuye ubusambanyi, ntibahaga gucumura, basuka imitima y’abadakomeye, bashize imitima ku nyungu mbi, bariko umuvumo w’Imana! Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Amaso yabo yuzuye ubusambanyi, ntahāga ivyaha, basukasuka imitima idashikamye, bafise imitima yamogoreye kwifuza inyungu, ni bo bana b’ibivume. Gade chapit la |