2 Petero 1:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Kuko ukuvugishwa kutava mu gushaka kw’umuntu, ariko abantu bavuga ibivuye ku Mana nk’uko bari barongowe na Mpwemu Yera. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 kukw ata jambo ry’abāvugishwa n’Imana ryazanywe no kugomba kw’umuntu, arikw abantu bāvuga ivyava ku Mana, barōngōwe na Mpwemu Yera. Gade chapit la |