Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Petero 1:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Kandi nzogira umwete kugira ngo ninamara kugenda muze mwame mwibuka ivyo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Ariko nzogira umwete, kugira ngo ni namara gutaha muze mushobore kwama mwibuka ivyo.

Gade chapit la Kopi




2 Petero 1:15
11 Referans Kwoze  

Nzokwama ndabibutsa ivyo bintu, naho mubizi kandi mumaze gushinga imizi mu kuri mufise ubu.


Kubera ukwizera, Abeli yashikaniye Imana ikimazi cemewe na yo kurusha ica Kayini. Ukwo kwizera kwiwe kwatumye yemerwa n’Imana nk’umugororotsi, kuko Imana ubwayo yemeye ishikanwa ryiwe. Kandi ku bw’ukwizera kwiwe, naho yapfuye, aracavuga.


Kandi ivyo wanyumvanye hari ivyabona vyinshi, uzovyigishe abantu b’ukwizerwa, na bo bazoshobora kuvyigisha abandi.


bari mu bwiza bw’Imana, batangura kuganira na Yesu, bavugana ingene yari agiye kurangiza igikorwa ciwe mu gupfira i Yerusalemu.


Nihagira umuntu aja kukwagiriza ku mucamanza, wihutire kwiyuzuza na we mutarashikayo. Ahandi ho, azogushikana imbere y’umucamanza, hanyuma na we agutange ku mukuru w’ibohero, maze na we agute mw’ibohero.


Mbega ntimwibuka ko nkiri kumwe namwe ibi nahora ndabibabwira?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite