Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




2 Petero 1:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 kuko nzi ko vuba cane ngiye kuwamburwa, nk’uko Umwami Yesu Kristo yabimenyesheje.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kuko nzi yukw igihe co kwamburwa urusago rwanje kiza kuza gitebutse, nk’uk’ Umwami wacu Yesu Kristo yammenyesheje.

Gade chapit la Kopi




2 Petero 1:14
11 Referans Kwoze  

Nayo jewe, ndi hafi yo gutanga ubuzima bwanje ngo busukwe nk’ishikanwa ry’ikinyobwa; igihe canje co kurangiza kirashitse.


None rero ndazi ko mwebwe abo nabwiye Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami ata n’umwe azosubira kumbona.


Simoni Petero aramubaza ati: “Mwami, ugiye kuja he?” Yesu aramwishura ati: “Ntushobora kunkurikira aho ngiye, ariko uzonkurikira hanyuma.”


Turazi neza ko iri ihema tubamwo ari wo mubiri wacu niwapfa ugakurwa kuri iyi si tuzoronka inyubakwa iva ku Mana, inzu izokwamaho yo mw’ijuru, itubatswe n’amaboko y’abantu.


Nibaza ko ari vyiza kubibibutsa nkiri muri uru rusago ari rwo mubiri,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite