1 Yohana 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 kuko uwavyawe n’Imana wese anesha isi, kandi ikuduha iyo intsinzi ni ukwizera kwacu. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kukw icavyawe n’Imana cose kinesha isi; iyi ni yo ntsinzi yacu yatsinze isi, n’ukwizera kwacu. Gade chapit la |