Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Yohana 5:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Kuko gukunda Imana ni ukwitondera amabwirizwa yayo, kandi amabwirizwa yayo ntaremeye,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kuk’ ugukunda Imana ar’ uku, n’uko twitondera ivyagezwe vyayo: kand’ ivyagezwe vyayo ntibigora.

Gade chapit la Kopi




1 Yohana 5:3
26 Referans Kwoze  

Nimwaba munkunda, nimushire mu ngiro amabwirizwa yanje.


Nimwakurikiza amabwirizwa yanje, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nakurikije amabwirizwa ya Data nkaguma mu rukundo rwiwe.


Uru rukundo mvuga rusigura kwitondera amabwirizwa y’Imana, kandi yadutegetse gukundana, nk’uko mwavyumvise kuva mu ntango.


Ikitwereka ko tuzi Kristo, ni uko dukurikiza amabwirizwa yiwe.


Ndakunda ivyagezwe vy’Imana n’umutima wanje wose.


Muzoba muri abakunzi banje nimwakora ivyo mbategeka.


Iri ni ryo sezerano nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’aho, ni ko Uhoraho avuze. Nzoshira ivyagezwe vyanje mu bwenge bwabo, ndavyandike mu mitima yabo. Nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje.


Ariko naho biri uko, ivyagezwe biratunganye, kandi n’amabwirizwa yavyo aratunganye, aragororotse kandi ni meza.


Bafata imitwaro iremereye y’amategeko y’idini bakayikoreza abantu ariko bobo ntibanayikozako urutoke.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite