1 Yohana 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ibi ndabibandikiye mwebwe mwizeye izina ry’Umwana w’Imana kugira ngo mumenye ko mufise ubugingo budashira. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ivyo ndabibandikiye, mwebge mwizeye izina ry’Umwana w’Imana, kugira ngo mumenye yuko mufise ubugingo budashira. Gade chapit la |