Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Yohana 4:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nta bwoba buba mu rukundo. Urukundo nyakuri rwirukana ubwoba bwose, kuko ubwoba buterwa no gutinya igihano. Umuntu atinya ntaba azi urukundo rushitse.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Nta bgoba buba mu rukundo, arik’ urukundo ruhīngūwe rusenda ubgoba, kuk’ ubgoba bugendana n’igihano, kand’ ūfise ubgoba ntarahīngūrirwa mu rukundo.

Gade chapit la Kopi




1 Yohana 4:18
11 Referans Kwoze  

Kuko Imana itaduhaye Mpwemu w’ubwoba, ariko yaduhaye Mpwemu w’ububasha, w’urukundo kandi wo kuganza ingeso zacu.


kuko Mpwemu mwahawe atari uwo kubagira abagurano ngo mwongere gutinya; ahubwo mwakiriye Mpwemu abagira abana b’Imana. Uwo ni we atuma dusemerera, tukabwira Imana tuti: “Aba, Data.”


Nta muntu n’umwe arabona Imana; ariko iyo dukundana, Imana iba muri twebwe kandi urukundo rwayo rwiyerekanira muri twebwe mu buryo busagutse.


Ko twakira Ubwami budashobora kunyiganyizwa, muze dushimire Imana kandi tuyisenge mu buryo buyihimbara tuyitinya kandi tuyubashe.


Uvuga ko ufise ukwizera kuko wizera ko hari Imana imwe. Ivyo ni vyiza! Ariko n’abadayimoni ivyo baravyizera, mbere bakanajugumira kubera gutinya.


Ariko Abafarisayo bo baravuga bati: “Umukuru w’abadayimoni ni we amushoboza kwirukana abadayimoni.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite