1 Yohana 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nta muntu yavyawe n’Imana abandanya acumura, kuko afise imbuto y’Imana muri we. Ntashobora kubandanya acumura kuko Imana ari Se. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Umuntu wese yavyawe n’Imana ntakora ivyaha, kukw imbuto yayo iguma muri we; kandi ntashobora gukora ivyaha, kuko yavyawe n’Imana. Gade chapit la |