1 Yohana 3:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Iki ni co kizotwereka ko turi ab’ukuri, bigatuma imitima yacu ishira amanga imbere y’Imana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ico ni co kizotumenyesha ko tur’ ab’ ukuri, kandi tuzoshitsa umutima mu nda imbere yayo, Gade chapit la |