1 Yohana 3:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Bana nkunda, urukundo rwacu ntirukwiye kuba urwo mu majambo n’akarimi gasosa gusa; ahubwo rukwiye guserukira mu bikorwa no mu kuri. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Bana bato, ntidukundane mu majambo canke ku rurimi, ariko dukundane mu vyo dukora no mu kuri. Gade chapit la |