1 Yohana 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ariko umuntu wese yitondera ijambo ryiwe aba yerekanye ko akunda Imana n’umutima wiwe wose. Ico ni co kitwemeza ko turi muri we. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Arik’ uwitondera ijambo ryiwe wese, ugukunda Imana kuba guhīngūwe muri we vy’ukuri. Iki ni co kitumenyesha ko turi muri we: Gade chapit la |