1 Yohana 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Umuntu wese avuga ati: “Ndamuzi,” ariko ntiyumvire amabwirizwa yiwe, uwo ni umubeshi kandi nta kuri kuri muri we. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ūvuga ngo Ndamuzi, ntiyitondere ivyagezwe vyiwe, n’umubeshi, ukuri ntikuri muri we. Gade chapit la |