1 Yohana 2:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ariko umuntu wese yanka mwene Data aracari mu mwijima kandi agendera muri wo. Ntazi iyo aja, kuko umwijima wamuhumishije. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arik’ uwanka mwene Data wundi ari mu mwiza, kand’ agendera mu mwiza, ntazi iy’ aja, kuk’ umwiza wamuhumishije amaso. Gade chapit la |