1 Yohana 1:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Imana ni iyo kwizigirwa kandi iragororotse. Iyo twatuye ivyaha vyacu, irabiduharira ikatweza ibibi vyose. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ni twatura ivyaha vyacu, ni yo yo kwizigirwa kand’ igororoka, ivyo ni vyo bituma iduharira ivyaha vyacu, ikatwoza ukugabitanya kwose. Gade chapit la |