Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Timoteyo 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Turazi ko ivyagezwe ari vyiza iyo umuntu abikoresheje neza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ariko turazi yukw ivyagezwe ari vyiza, iy’ umuntu abigenjeje nk’uko bikwiye ivyagezwe,

Gade chapit la Kopi




1 Timoteyo 1:8
12 Referans Kwoze  

None rero iyo nkoze ivyo ntashaka gukora, mba nemeje ko ivyagezwe ari vyiza.


Ni co kimwe n’umunonotsi, ntashobora koronka agashimwe kiretse yahiganwe akurikije amategeko.


Mbega none hariho gusekana hagati y’ivyagezwe n’amasezerano y’Imana? Haba na mba! Nimba koko ivyagezwe vyari gushobora kuduha ubugingo bushasha, kubikurikiza kwari gutuma turonka ukugororoka.


Ntimukigane inyifato n’imigenzo y’isi ya kino gihe, ariko mureke Imana ibahindure rwose mu kubaha ukwiyumvira gushasha. Aho ni ho muzoshobora gutahura ivyo Imana ibagombako, kuko ni vyo vyiza, ni vyo biyihimbara kandi ni vyo bitunganye rwose.


Ndazi neza ko, muri kamere kanje k’icaha ata ciza kimbamwo, kuko naho nipfuza gukora ibigororotse, sindabishobora.


Ndakunda ivyagezwe vy’Imana n’umutima wanje wose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite