Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Timoteyo 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ivyo bamwe barabihushije, baja mu mpari zitagira ikimazi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ivyo bamwe bārabihushije, bata inzira, baja mu bitagira ikimazi kuba ari vyo bavuga,

Gade chapit la Kopi




1 Timoteyo 1:6
9 Referans Kwoze  

Kuko hari abantu benshi b’abagarariji, bavuga ibitagira ikimazi kandi babesha, kandi no mu bakebwe bakaba barimwo.


Ariko wirinde impari z’ubupfu, ivy’urukurikirane rwa ba sekuruza, ibihari n’imishwano bifatiye ku vyagezwe n’amabwirizwa, kuko nta co bimaze kandi nta co bifasha uwuvyumva.


Kuko bamwe muri bo baza baramaze guta umurongo bakurikira Satani.


kuko Dema yarantaye aja i Tesalonike, kuko yakunze ivy’iyi si. Kireseni yagiye i Galatiya, Tito na we yagiye i Dalumatiya.


Bataye inzira y’ukuri, bigisha ko izuka ry’abapfuye ryamaze kuba, maze basambura ukwizera kwa bamwe.


Mbega ndababaze umuntu atunze intama ijana hanyuma imwe muri zo ikazimira, yokora iki? Ntiyosiga mirongo icenda n’icenda ku musozi akaja kurondera iyo imwe yazimiye?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite