1 Petero 4:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Bakundwa, ntimutangazwe n’uko muri mu muriro wo kubagerageza, nk’aho womenga mushikiwe n’ikintu kidasanzwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Abo nkunda, umuriro uri hagati yanyu wo kubagerageza ntukabatangaze, nk’aho mubonye akatābonetse. Gade chapit la |