Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Petero 3:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Kandi ari muri Mpwemu yagiye kubwira Ubutumwa Bwiza impwemu zari mw’ibohero,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 ni bgo yagiyemwo abarira impwemu ziri mw ibohero ijambo ry’Imana,

Gade chapit la Kopi




1 Petero 3:19
10 Referans Kwoze  

Ni co gituma Ubutumwa Bwiza bwabwiwe mbere n’abari barapfuye kugira ngo n’aho bamaze gucirwa urubanza mu mubiri nk’uko biba ku bantu bose, baze babeho mu mpwemu nk’uko Imana iri.


Ya myaka igihumbi iheze, Satani azorekurwa ave mw’ibohero ryiwe,


Numvise ivyo nca nikubita hasi nubamye ngo ndamusenge. Ariko aca ambwira ati: “Ntugakore ivyo! Nanje ndi umukozi w’Imana co kimwe na we na bene So bashingira intahe ukwizera bafise muri Kristo. Usenge Imana yonyene. Kuko ugushingira intahe Yesu ni impwemu y’ubuvugishwa.”


Kuko na Kristo yababarijwe ivyaha vyacu rimwe gusa, uwutagira icaha apfira abanyavyaha, kugira ngo abahuze n’Imana. Mu mubiri yarishwe, ariko Mpwemu Yera amusubiza ubugingo.


z’abantu banse kwumvira Ubutumwa Bwiza, igihe Imana yari icihanganiye abantu, aho Nowa yubaka ubwato. Abantu umunani gusa bari muri bwo ni bo barokotse bakira umwuzure.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite