Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Petero 2:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Namwe bagurano, mwumvire ba shobuja mububaha rwose, mukore ivyo bababwiye mutabikorera abameze neza gusa, ariko na barya bagoye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Bashumba, mugamburukire ba shobuja, mububashe rwose, atar’ ababagirira neza n’ababihanganira gusa, ariko n’abadadika.

Gade chapit la Kopi




1 Petero 2:18
13 Referans Kwoze  

Ariko ubwenge buva mw’ijuru ubwa mbere na mbere buratunganye rwose; bukunda amahoro, ntibwishira imbere, buciye bugufi, bwuzuye imbabazi, bwama ivyamwa vyiza, ntibugira nkunzi, ntibugira uburyarya.


Ariko ivyamwa vya Mpwemu Yera ni ibi: urukundo, umunezero, amahoro, ukwihangana, ingeso nziza, kugira neza, ubwizigirwa,


Birinde kugira uwo batuka kandi birinde ibihari. Ariko babe abagwaneza, kandi bace bugufi imbere y’abantu bose.


Jewe Pawulo, ndabinginze n’umutima wiyoroheje no mu bugwaneza buva kuri Kristo, naho mwibaza ko ntari imvuzi imbere yanyu ariko nkabakarira iyo tutari kumwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite