1 Petero 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Kuko ico Imana igomba n’uko mukora ivyiza, bigatuma abatubaha Imana babura ico babavuga. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Kukw ivy’ Imana igomba ar’ uk’ ugukora neza kwanyu kuba agahomerabunwa ku bantu b’imburabgenge batagira ico bazi: Gade chapit la |