1 Petero 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ni co gituma mukwiye kunezerwa, kuko naho ubu mutegerezwa kwihanganira imibabaro y’uburyo bwinshi ariko y’akanya gato, mu nyuma hari umunezero mwinshi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ivyo murabinezererwa cane, nah’ ubu ar’ igihe gito mubabazwa n’ibibagerageza vyinshi, kuko bitobura kuza: Gade chapit la |