1 Petero 1:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Imana yari yaramutoranije imbere y’uko isi iremwa, ariko yamuhishuye ubu muri ino misi ya nyuma ku bwanyu. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Uwo yamenywe n’Imana kera, itanguriro ry’isi ritarashirwaho, ariko yerekanywe kw iherezo ry’ibihe kubganyu, Gade chapit la |