Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 9:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Muri ivyo vyagezwe haranditse ngo: “Ntimukazibire umunwa w’inka iriko irasekura ingano.” Mbega mwibaza ko ngaha Imana yariko ivuga indogoba gusa?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kuko handitswe mu vyagezwe vya Mose, ngo Ntimuze murumye umunwa w’inka irikw irasekura ingano. Mbeg’ inka ni zo Imana ibabaye?

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 9:9
14 Referans Kwoze  

Kuko Ivyanditswe bivuga ngo: “Ntimukazibire umunwa w’inka iriko irasekura ingano,” kandi ngo: “Umukozi aberwa n’impembo.”


Aya majambo avuga ngo: “Imana imwemera nk’umugororotsi,” ntiyanditswe ku bwiwe wenyene,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite