Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 9:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 N’aho ntoba intumwa ku bandi, kuri mwebwe ndi yo. Namwe ubwanyu muri icemeza uko ndi intumwa y’Umwami.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Namba ku bandi ntar’ intumwa, ariko kuri mwebge ndi yo: kuko mur’ ikimenyetso mu Mwami c’uko nd’intumwa.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 9:2
6 Referans Kwoze  

Igihe nari kumwe nawe, naraberetse vy’ukuri ko ndi intumwa. Kuko mu kwihangana kwinshi nakoze ibimenyetso n’ibitangaza muri mwebwe.


Ntimugakorere ivyokurya bibora, ahubwo nimukorere ivyokurya bihoraho kandi bitanga ubugingo budashira, ivyo Umwana w’Umuntu azobaha, kuko Imana Data ari we yahaye ububasha bwo gukora ivyo.”


Ariko uwemera intahe yiwe wese aba yemeje ko Imana ivuga ukuri.


kugira ngo abandanye iki gikorwa c’intumwa, ico Yuda yataye akaja ukwiwe.”


Iki ni co nireguza ku bancira imanza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite