Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 7:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ntihakagire uwiyima uwundi, kiretse mwumvikanye kwihangana igihe gito, kugira ngo mufate umwanya wo gusenga. Hanyuma mukwiye gusubira kwegerana kugira ngo Satani ntaronke aho abaca ngo abageragereshe ukubura ukwihangana kwanyu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ntimukīmane, shiti kumbure musezeranye igihe, kugira ngo mubone uburyo bgo gusenga, kandi mwongere mubane, Satani ntabageragereshe kutirinda kwanyu.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 7:5
11 Referans Kwoze  

Yesu arabishura ati: “Si bose bashobora kwemera iyi nyigisho kiretse abo Imana ibishoboje.


Ni co gituma rero, kuko ntari ngishoboye kuvyihanganira, naciye ndungika Timoteyo kugira ngo nshobore kumenya ko ukwizera kwanyu kwoba kugikomeye. Nari mfise ubwoba ko wa mugeragezi yoba yarabagerageje, maze igikorwa cacu muri mwebwe kikaba cabaye impfagusa.


Yesu aramwishura ati: “Mva i ruhande Satani! Kuko handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera.’”


Umugore ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugabo wiwe, kandi n’umugabo ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugore wiwe.


Ugusenga n’ukwisonzesha ni vyo vyonyene bishobora kwirukana idayimoni nk’irya.”]


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite