Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 7:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Umugore ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugabo wiwe, kandi n’umugabo ntaganza umubiri wiwe kuko ni uw’umugore wiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kuk’ umugore ataganza umubiri wiwe, arik’ uganzwa n’umugabo; kand’ umugabo na we ntaganza umubiri wiwe, arik’ uganzwa n’umugore.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 7:4
5 Referans Kwoze  

Kandi ndababwire, umuntu wese yirukana umugore atamuhoye ubusambanyi, hanyuma akarongora uwundi, aba asambanye.”


Umugabo ategerezwa kurangura amabanga y’abubatse n’umugore wiwe, n’umugore wiwe ni uko nyene.


Ntihakagire uwiyima uwundi, kiretse mwumvikanye kwihangana igihe gito, kugira ngo mufate umwanya wo gusenga. Hanyuma mukwiye gusubira kwegerana kugira ngo Satani ntaronke aho abaca ngo abageragereshe ukubura ukwihangana kwanyu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite