Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 7:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ariko bishitse akahukana, ntaze asubire kurongorwa, canke na ho aze asubirane n’umugabo wiwe. N’umugabo na we ntakirukane umugore wiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 arikw aramutse avanye na we, abe igisubiramuhira, canke yisubize hamwe n’umugabo wiwe. Kand’ umugabo yoye guta umugore wiwe.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 7:11
10 Referans Kwoze  

Ku bubatse, ntanze iri tegeko, ritavuye kuri jewe ariko rivuye ku Mwami Imana: umugore ntakahukane n’umugabo wiwe.


Bamwe mu Bafarisayo baraza bagerageza kumutega umutego, baramubaza bati: “Mbega biremewe ko umugabo yahukana n’umugore wiwe?”


Ariko jeho ndababwira yuko umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi, aba amutumye gusambana kandi ko uwurongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.


Kandi iyo umugore yahukanye n’umugabo wiwe akarongorwa n’uwundi mugabo, aba asambanye.”


Umugabo yirukanye umugore wiwe hanyuma akarongora uwundi mugore aba asambanye, kandi umugabo arongoye umugore yahukanye aba asambanye.


Abandi na bo, ibi ni vyo ndababwira, ariko ni jewe ubwanje, si Umwami Imana: mwene Data niyaba afise umugore atizera hanyuma uwo mugore agashaka kugumana na we, ntaze amwirukane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite