Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 6:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 None iyo hadutse amatati yo muri ubu buzima, ni kuki muja kuronderera abacamanza mu bantu batanemewe mw’ishengero?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Nuko, iyo mufise imanza zo gucibga z’ivy’ ubu bugingo, mbega mushirah’ abatagira ico bamariye ishengero ngw abe ari bo bazica?

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 6:4
4 Referans Kwoze  

Si igikorwa canje gucira urubanza abatari mw’ishengero, ariko ni igikorwa canyu gucira urubanza ababandanya bakora ivyaha bari mw’ishengero.


Mbega ntimuzi ko muzocira imanza n’abamarayika? Nuko rero murashoboye gutatura amatati asanzwe yo muri buno buzima.


Ibi ndabivuze kugira ngo ndabamaramaze. Birashoboka ko muri mwebwe habura n’umwe afise ubwenge, ashoboye gutatura amatati ari hagati mu bizera?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite