Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ku binyerekeye, nta co bintwaye gucirwa urubanza namwe canke n’ubundi bucamanza bwose bw’abantu. Ariko jewe ubwanje nta rubanza nicira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ariko kubganje ni nk’ubusa rwose gucirwa urubanza namwe, canke n’urukinja rw’abantu; kandi nanje nyene sinicira urubanza.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 4:3
6 Referans Kwoze  

Abantu bafise Impwemu basesangura vyose ariko bobo nta wubaserangura,


Nimureke guca imanza mufatiye ku vyo mubona, nimuce imanza zigororotse.”


Ariko umusi w’imanza uzogaragaza igikorwa c’umwe umwe wese kuko uzohishuranwa n’umuriro, kandi uwo na wo uzokwerekana agaciro k’igikorwa c’umuntu wese.


Iyo umukozi ajejwe ibintu, ico asabwa ni ukuba umwizigirwa.


Mu mutima wanje nta jwi rinyagiriza ikibi, ariko ivyo ntibisigura ko nera. Umwami Imana ni we ancira urubanza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite