Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 3:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Nabahaye amata, sinabahaye ivyokurya bigumye, kuko ntimwari bwagere kubishobora, kandi n’ubu ntimurabishobora.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Nabaramije amata, sinabagaburiye ivyo kurya bigumye: kuko mutaribgabishobore. Kandi na none ntimurabishobora,

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 3:2
3 Referans Kwoze  

Mumere nk’abana bato b’inzoya, mwipfuze kandi murondere kunywa amata y’impwemu atavanze, kugira ngo abakuze mu gakiza,


Mfise vyinshi nashaka kubabwira, ariko ntimushobora kuvyihanganira ubu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite