1 Korinto 2:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Kuko nahisemwo kutagira ikindi mvuga igihe nari kumwe namwe, atari Yesu Kristo wenyene, umwe yabambwa ku musaraba. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kuko nagabiye kutagira ico mmenya muri mwebge, atari Yesu Kristo, we yabambge. Gade chapit la |