Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 2:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 kuko handitswe ngo: “Ni nde yigeze amenya ivyiyumviro vy’Uhoraho kugira ngo amugire inama?” Ariko tweho turabitahura kuko dufise ivyiyumviro vya Kristo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ni nde yigeze kumenya ivyiyumviro vy’Uhoraho ngo yigishe Uhoraho? Ariko twebge dufise ivyiyumviro vya Kristo.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 2:16
12 Referans Kwoze  

“Ni nde yigeze amenya ivyiyumviro vy’Uhoraho? Canke ni nde yayibereye umujenama?”


Sinkibita abakozi, kuko umukozi ntamenya ivyo shebuja akora. Mwebwe nabise abakunzi banje, kuko ivyo numvanye Data vyose nabibamenyesheje.


Bamwe bahawe na Mpwemu gutanga impanuro zirimwo ubwenge, abandi uwo Mpwemu nyene abaha ubumenyi budasanzwe,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite