Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Kandi nivyaba nkenerwa ko njana na bo, bazomperekeza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kandi namba nzoba nkwiye kugenda nanje, tuzojana.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 16:4
5 Referans Kwoze  

Kandi ishengero ni ryo ryamugenye ngo aduherekeze dutwaye imfashanyo i Yerusalemu, igikorwa c’ubuntu gihesha Imana icubahiro, kikerekana umwete dufise mu gufasha abatishoboye.


Baratwinginze kenshi ngo tubagirire ubuntu ngo bagire ico bakoze mu gutanga imfashanyo igenewe abera b’i Yerusalemu.


Ariko imbere yo kuza, nzobanza kuja i Yerusalemu gushikiriza bene Data baho imfashanyo.


Ninashika hiyo, nzokwandika amakete nzorungikana abo muzoba mwatoranije kugira batware infashanyo zanyu i Yerusalemu.


Nzobagendera mvuye i Makedoniya kuko nipfuza gucayo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite