Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 16:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ninashika hiyo, nzokwandika amakete nzorungikana abo muzoba mwatoranije kugira batware infashanyo zanyu i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kand’ aho nzoshikira, abo muzoshima, nzobatuma mbahaye ivyete, kugira ngo bajane ivy’ ubuntu bganyu i Yerusalemu.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 16:3
8 Referans Kwoze  

Ni co gituma twinginze Tito, uwabateye intege zo gutanga mu ntango, ngo agaruke abandanye ico gikorwa c’ubuntu akirangize.


Baratwinginze kenshi ngo tubagirire ubuntu ngo bagire ico bakoze mu gutanga imfashanyo igenewe abera b’i Yerusalemu.


Uwuzokwumva ashonje cane azofungure iwe kugira ngo yoye kwikwegera gutsindwa n’urubanza. Ku bindi bibazo mwanyandikiye, nzobaha inyishu ninashika iwanyu.


Kandi nivyaba nkenerwa ko njana na bo, bazomperekeza.


Mbega dusubiriye gutangura kwihayagiza? Canke dukeneye amakete yo kuduhayagiza mwandikirwa canke mwandika, nk’uko bamwe bayakenera?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite