Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 11:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kuko nk’uko umugore yavuye mu mugabo, umugabo na we avyarwa n’umugore. Ariko ibintu vyose biva ku Mana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Nk’uk’ umugore yamutse ku mugabo, ni k’umugabo avyarwa n’umugore: ariko vyose vyamuka ku Mana.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 11:12
6 Referans Kwoze  

Vyose ni yo ibitanga, bibeshejweho n’ubushobozi bwayo kandi biriho kugira ngo biyiheshe icubahiro. Icubahiro cose kibe icayo ibihe vyose! Amen.


Ariko tuzi ko hari Imana imwe, ari yo Data, yaremye vyose kandi tubayeho ku bwayo. Hari Umwami umwe, ari we Yesu Kristo. Vyose vyaremewe muri we, kandi muri we ni ho twaherewe ubugingo.


Ariko mu Mwami, umugore agengwa n’umugabo, kandi umugabo agengwa n’umugore.


Kandi ivyo vyose biva ku Mana yo yaduhaye kwuzura na yo biciye muri Kristo, ica iduha n’igikorwa c’umwuzuzo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite