Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




1 Korinto 10:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ariko benshi muri bo ntibanezereye Imana, kuko imivyimba yabo yandagaye mu bugaragwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Arikw abenshi muri bo, Imana ntiyabashimye, kuko bahonerejwe mu bugaragwa.

Gade chapit la Kopi




1 Korinto 10:5
16 Referans Kwoze  

Mbega ni ba nde bashavuje Imana imyaka mirongo ine? Si bamwe bacumura maze imivyimba yabo ikagwa mu bugaragwa?


Naho mwari musanzwe mubizi vyose, ndashaka kubibutsa ko Umwami Imana yatabaye ubwoko bw’Abisirayeli akabukura mu gihugu ca Egiputa, ariko hanyuma yahoneje abatizeye bo muri bo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite