Yohana 1:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 vyose vyaremwe na we, mu vyaremwe vyose nta kintu na kimwe kitaremwe na we. Faic an caibideilBibiliya mu Kirundi coroshe3 Imana ni we yakoresheje mu kurema vyose; mu vyaremwe vyose nta na kimwe Imana yaremye itamukoresheje. Faic an caibideil |