Obadiya 1:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kuri wa musi wari wihagarariye urāba utw’ ininga, umusi ab’ akavantara bāsahura ibintu vyiwe, abanyamahanga bakamūzira mu marembo, bagapfindira i Yerusalemu, nawe wari nk’uwo muri bo. Faic an caibideil |