Ivyakozwe 26:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 kandi cane‐cane kuk’ uzi imigenzo n’impāri vyo mu Bayuda vyose: ni co gitumye nkwinginga ngo wihangane, unyumvirize. Faic an caibideilBibiliya mu Kirundi coroshe3 na canecane ko wewe usanzwe uzi neza imigenzo y’Abayuda n’impari zabo. None rero ndakwinginze unyumvirize wihanganye. Faic an caibideil |