Ivyahishuwe 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Arik’ ufise amazina makeya y’ab’ i Sarudi batanduje impuzu zabo; ni bo bazogendana nanje bambaye impuzu zera, kuko bibabereye. Faic an caibideilBibiliya mu Kirundi coroshe4 Ariko uracafise abantu bakeya i Sarudi batanduje impuzu zabo. Abo bazogendana nanje bambaye imyambaro yera kuko birababereye. Faic an caibideil |