Ivyahishuwe 13:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Muri ya mitwe yaco mbonamw’ umwe usa n’ūkomeretse akagīrīre: uruguma rwocishe rurakira. Isi yose ikurikira ico gikōko bagitangarira. Faic an caibideilBibiliya mu Kirundi coroshe3 Ku mutwe umwe w’ico gikoko hari igikomere giteye ubwoba, cashobora kucica, ariko ico gikomere gica kirakira. Maze isi yose itangarira cane ico gikoko, iranagikurikira. Faic an caibideil |