Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Filemoni 1:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Kumbure icatumye atandukanywa nawe igihe gito kwar’ ukugira ng’ uz’ umwamane imisi yose:

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Birashoboka ko igituma yatandukanye na we igihe gito, kwari kugira ngo azogaruke ari uwawe ibihe vyose;

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Filemoni 1:15
5 Iomraidhean Croise  

Kubganyu mwagabiye kungirira nabi, arikw Imana yo yagabiye kubizanisha ivyiza, kugira ngw ishitse ibiriho mur’ iyi misi, ikize abantu benshi, boye gupfa.


N’ukuri uburake bg’abantu buzogushimisha, Uburake buzoba busigaye uzobukenyera.


Kur’ uwo musi ababa mur’ iki kiyaya c’ikiyaga bazovuga, bat’ Eh’ ivyo twizigira ingene bibaye, tukahaziga ko twohahungiye, bikadutabara ngo dukire umwami w’i Ashuri! None twebge tweho tuzokwikiza dute?


ngo bashitse ivy’ ukuboko kwawe n’inama yawe vyari vyaragabiye vyose ko bizoba.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan