Filemoni 1:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ni we nyene nkurungikiye, ni we mutima wanje. Faic an caibideilBibiliya mu Kirundi coroshe12 Ndamukurungikiye kandi umenye ko afise umutima nk’uwanje. Faic an caibideil |
Mu bo muvukana canke muri bene nyoko, canke mu bahungu banyu canke mu bakobga banyu, canke mu bagore banyu mupfumbatirana, canke mu bakunzi banyu b’amagara, muri ben’ abo ni hagira uwo yosha muri mwebge mu mpisho, ati Tugende dusabe izindi mana; (kand’ ar’ izo mutigeze kumenya, mwe na ba sogokuruza;