Daniyeli 9:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Umwami Imana yacu ni we afise imbabazi no guharira ivyaha, naho twamugararije, Faic an caibideil |
Arikw ab’ inzu ya Isirayeli bārangararije bari mu bugaragwa: ntibāgendera mu mabgirizwa yanje, ariko bāgaye ivyagezwe vyanje, kand’ ari vyo bibeshah’ ūvyitondeye; kandi n’amasabato yanje bārayaziruye rwose. Nuko rero nca mmaramaza ko ngiye kubasukak’ uburake bganje bari mu bugaragwa, mbaherengeteze.